SBS KIRUNDI

'CNARED-GIRITEKA iripfuza gutaha mu Burundi ngo ariko...'

Anicet Niyonkuru ibubamfu hamwe n'ikimenyetso kiranga CNARED-GIRITEKA iburyo. Anicet Niyonkuru niwe munyamabanga nshingwabikorwa w'umuhari CNARED-GIRITEKA. Source: Provided

Inyuma y'imyaka ine hageragejwe ihirikwa rya reta ya perezida Petero Nkurunziza, ibihugu bihana urubibe nu Burundi vyarakiriye abarundi batari bake bagiyeyo nk'impunzi. Izo mvururu za poritike zikaba zaratumye abatavuga rumwe na reta yu Burundi bahunga igihugu cabo harimwo na bamwe mubipfatanije n'abandi mu gutegura iryo tembagazwa ry'ubutegetsi bakomoka mu mugambwe uri ku ubutegetsi. Ubwo bari mu mahanga barakoze ihuriro ry'imigambwe bise CNARED-GIRITEKA. Haheze imyaka ine, abanywanywi biryo huriro rya CNARED-GIRITEKA baripfuza gutaha mu Burundi kugira bategure amatora ya 2020, ariko barafise vyinshi basaba. Anicet Niyonkuru n'umunyamabanga nshingwabikorwa wa CNARED-GIRITEKA yaganije SBS kirundi

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
'CNARED-GIRITEKA iripfuza gutaha mu Burundi ngo ariko...' 12/08/2019 23:15 ...
Settlement Guide: How to prevent drowning 14/11/2019 10:01 ...
Woolworths underpayments affects nearly 6000 workers 10/11/2019 05:58 ...
Settlement Guide: Sexual harassment and your rights at a workplace 09/11/2019 09:53 ...
Healing and unity through games among five countries 06/11/2019 11:02 ...
Coffee sales helping genocide survivors in Rwanda 03/11/2019 11:43 ...
Burundian Youth vows to watch each other's back 01/11/2019 10:10 ...
' We help refugees get jobs' 31/10/2019 06:13 ...
Six countries, six games in one day 25/10/2019 15:33 ...
Rwandan genocide survivors transform lives through coffee 24/10/2019 06:42 ...
View More