SBS MU KIRUNDI

Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima

Umuforomakazi ariko arapima umutima w'umukenyezi. Source: Unsplash

Woba uzi amagara y'umutima wawe? Ni vyiza ko umenya inyishu yavyo kuko indwara y'umutima ihitana benshi muri Australia. Ivyigwa vyo mu 2017 vyerekana yuko umwe mubanye Australia batatu ntibazi ibimenyetso vyibanze.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Woba utinya urushinge? Ubushakashatsi bushobora kurangiza ibipimo bikorwa harinze kuvomwa amaraso 28/11/2021 12:28 ...
Orphan Relative Visa: Ni nde yoyisaba? 26/11/2021 09:17 ...
Uko utegura umusi niko wabwirizwa gutegura ijoro, wobigenza gute? 22/11/2021 11:02 ...
A.T.M JEFF yahishuye ibanga ryamufashije igihe yagira isanganya ryahatswe kuzimanganya ubuzima bwiwe 20/11/2021 09:58 ...
Igisata c'ubuvuzi cigenga kirageramiwe muri Australia 14/11/2021 05:33 ...
Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya 13/11/2021 11:24 ...
Woba uzi ingaruka amabere bateragira mu bakenyezi atera? Ng'ibi ivyo Australia igiye gukora 13/11/2021 05:44 ...
Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye 31/10/2021 10:59 ...
Ng'ibi ivyo kominote zitegekanya gukora inyuma ya guma mu rugo 30/10/2021 12:18 ...
View More