SBS MU KIRUNDI

Ngizi impamvu zogutera kwicandagisha COVID-19, Dr Emanuel NDAYISABA arabiduhishurira

Dr NDAYISABA EMANUEL mu mwambaro w'akazi usa n'icatsi kibisi ibubamfu ariko arasigurira umuforomakazi akoresheje rutondanyabumyenyi Source: Dr. Ndayisaba Emanuel

Benshi bafise ubwoba bwo kwicandagisha ikiza coronavirus ariko Dr Ndayisaba Emanuel arahishura impamvu zikomeye umuntu akwiye guha agaciro akicandagisha ico kiza. Yasiguye ubumuga ico kiza gisiga mu muntu mu gihe aticandagigishije hama akagirirwa amahirwe agakira.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Ngizi impamvu zogutera kwicandagisha COVID-19, Dr Emanuel NDAYISABA arabiduhishurira 01/09/2021 11:32 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
View More