SBS MU KIRUNDI

Uko utegura umusi niko wabwirizwa gutegura ijoro, wobigenza gute?

Umugabo asinziriye ari mu gitanda. Source: Canva

Mu gihe ingingo zo kurwanya COVID-19 zakuweho, bamwe batekewe n'ubwoba bwo gusubira mu buzima busanzwe. Menya bimwe ukwiye kwirinda kugira ngo udahava usanga wuzuranye ifaranga, ukabura abawe.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Uko utegura umusi niko wabwirizwa gutegura ijoro, wobigenza gute? 22/11/2021 11:02 ...
Woba utinya urushinge? Ubushakashatsi bushobora kurangiza ibipimo bikorwa harinze kuvomwa amaraso 28/11/2021 12:28 ...
Orphan Relative Visa: Ni nde yoyisaba? 26/11/2021 09:17 ...
A.T.M JEFF yahishuye ibanga ryamufashije igihe yagira isanganya ryahatswe kuzimanganya ubuzima bwiwe 20/11/2021 09:58 ...
Igisata c'ubuvuzi cigenga kirageramiwe muri Australia 14/11/2021 05:33 ...
Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya 13/11/2021 11:24 ...
Woba uzi ingaruka amabere bateragira mu bakenyezi atera? Ng'ibi ivyo Australia igiye gukora 13/11/2021 05:44 ...
Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye 31/10/2021 10:59 ...
Ng'ibi ivyo kominote zitegekanya gukora inyuma ya guma mu rugo 30/10/2021 12:18 ...
"Impungenge nari mfise k'umuryango ny'Afrika muri Australia ziriko ziragabanuka", Dr. Emmanuel Ndayisaba 30/10/2021 11:17 ...
View More