Abakozi bagera 6000 ba supermarhce woolworths nibo boba batarishwe

Shoppers walk past a Woolworths store in Sydney. Woolworths Group will hand down it's full year results. (AAP Image/Dean Lewins) NO ARCHIVING Source: AAP

Supermarche woolworths yemeye yuko yarishe amahera adakwiye abakozi bayo aharurwa muri za miliyoni zama dorare mu kiringo c'imyaka icenda. Umuhuza w'abakozi n'abakoresha yiyemeje gushikana mu butungane iyo supermarche kubw'ingene yarenze amategeko agenga abakozi mu kazi.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Abakozi bagera 6000 ba supermarhce woolworths nibo boba batarishwe 10/11/2019 05:58 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More