SBS MU KIRUNDI

Abanyarwanda bo muri Queensland babanye gute?

Some of the committee members of the Rwandan Community in Queensland. From Right: Amiel NUBAHA, Delphine BAHATI, John MUGABO Source: Jean Paul Amedee Nizigama

"Twaciye mu nzira zitandukanye kugira dushike hano muri Australia, rero akenshi usanga hariho bimwe tutumvikanako, kuko turacafise ibikomere hamwe n'ibindi. Ivyo kandi bikabangamira ubumwe n'ukunywana kwacu. Ariko turagerageza kubirengera", ivyo vyashikirijwe n'uwurongoye abanyarwanda muri Queensland Amiel NUBAHA. Ni mukiganiro SBS Kirundi yakoranye n'abarongoye abandi muri Queensland.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Abanyarwanda bo muri Queensland babanye gute? 27/03/2020 14:59 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More