Akamaro ko gutegura icete gisigura ivy'ubutunzi bwawe mu gihe utakiriho, na cane cane kubimukira

Abubakanye bariko barasigurirwa ibijanye no gutegura urwete ruzotomora ivy'ibisigi vyabo.

Abubakanye bariko barasigurirwa ibijanye no gutegura urwete ruzotomora ivy'ibisigi vyabo. Source: Getty Images

Abanye Australia batari bake ntibaha agaciro urwete rujanye no gutatura ivyoshika inyuma yo kwitaba Imana bibaza yuko badafise ubutunzi bukenewe canke bukwiye. Ariko abahinga bahanura yuko ukwiye gutangura kuvyiyumvira mu gihe wakuze. Ushobora kuronka ubufasha mu vy'amategeko ariko har'ivyo ukwiye kwitararika cane cane.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now