SBS MU KIRUNDI

Australia: 'Turafasha abashaka kuja kuba hagati mu gihugu'

Emanuel Musoni (Iburyo) asanzwe arongoye ishirahamwe Glapd ari kumwe n'umwe iryo shirahamwe ryafashije akimukira hagati mu gihugu. Source: Musoni Emmanuel

Ntanakimwe bisaba mu gihe woba ushaka kuja kuba hagati mu gihugu. Hariho ishirahamwe wokwegera rikagufasha mbere no mugihe ushaka kurima, kworora, n'ibindi.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Australia: 'Turafasha abashaka kuja kuba hagati mu gihugu' 12/06/2020 14:10 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
Iyongerezwa ry’ikiringo ku mfashanyo zitangwa na centrelink 24/09/2021 12:15 ...
View More