SBS MU KIRUNDI

"COVID-19 yampaye akanya ko guhungurura ibigori nari nimbuye"

Ukuboko k'uboneka kuri mu bigori vyanikiye ku mbuga Source: Joselyne Ntahomvukiye

Kuvaho leta ifatiye ingingo ibwira abantu kuguma mu rugo imiryango itari mike yaboneyeho akaryo ko gukora bimwe mu bikorwa yari yaraburiye akanya mu rugo. Haba ivyigwa vy'icongereza canke umwimbu n'ibimwe muvyo Joselyne Ntahomvukiye yashoboye gukora kubera ingingo ya leta yo kuguma mu rugo mu ntumbero yo kurwanya COVID-19

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
"COVID-19 yampaye akanya ko guhungurura ibigori nari nimbuye" 14/05/2020 10:28 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More