David Nduwimana: Ico yashikirije inyuma yo kuririmba indirimbo y'igihugu ca Australia

David Nduwimana ariko arararirimba indirimbo y'igihugu imbere yo gutangura inkino zihuza Australia na Nouvelle Zelande ejo itariki 31/10/2020.

David Nduwimana ariko arararirimba indirimbo y'igihugu ca Australia imbere yo gutangura inkino zihuza Australia na Nouvelle Zelande ejo itariki 31/10/2020. Source: Fox Sport

Mu nkino zaraye zihuje Australia na Nouvelle Zélande ku kibuga ANZAC, umuririmvyi David Nduwimana niwe yaririmvye indirimbo ihayagiza igihugu ca Australia. Benshi mu banyagihugu baka bahimbawe cane n'uko yayiririmvye.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now