Gukira ibikomere n'ubumwe hagati y'ibihugu bitanu biciye mu nkino.

Photos show trophies, a soccer game in progress and countries represented during last Saturday's games at Liverpool. Source: provided

Inkino zatanguye mu 2014 mu ntumbero yo kuvura n'ukunywanisha bamwe mu bava mu biguhu vyaciyemwo intambara mu myaka iheze zitabiriwe n'abatari bake ahitwa Liverpool Whitlam Leisure centre. Hirya y'ibihugu biva mu karere kibiyaga binini, kenya nico gihugu ciyongeyeko mu nkino zuno mwaka. Izo nkino zizosubira mu mwaka wa 2020.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Gukira ibikomere n'ubumwe hagati y'ibihugu bitanu biciye mu nkino. 06/11/2019 11:02 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More