SBS MU KIRUNDI

Gutahura amabi akoregwa mu ngo z'abanya Afrika n'icokorwa

Icapa cerekana umutwe w'amajambo kuri kaminuza ya Western Sydney ifadikanije na GLAPD. Source: Jean Paul Amedee Nizigama

Bimwe mu bibera mu miryango yabanya Afrika ngo akenshi usanga batanamenya yuko ari ihohoterwa gushika mu gihe bahuye n'uwubajijura canke uwabiciyemo akababwira. Ubushashakashstsi bwerekana yuko benshi muba nya Afrika bataratahura iryo hohoterwa ritandukanye. Ikigo ca Kaminuza Western Sydney University hamwe na n'ishirahamwe GLAPD vyaraye bishize ahabona ubwo bushakashatsi.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Gutahura amabi akoregwa mu ngo z'abanya Afrika n'icokorwa 31/03/2021 10:56 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More