SBS MU KIRUNDI

Igikorwa co kuzurana iteka abishwe 1972 mu Burundi gifise izihe ngaruka ku babuze ababo muri ikigihe

Displayed human remains after excavations duties that are being carried out by CVR Burundi. Source: CVR Burundi

Abarenga 9 000 nibo bamaze kuzurwana iteka mu kiringo c'amezi atatu gusa nyuma y'imyaka 48 bishwe mu mwaka 1972. Ivyo vyashikirijwe na komisere Aloys Batungwanayo wo mu murwi ujejwe ukuri no kurekuriranira mu Burundi (Commission Vérité et Reconciliation). Yamenyesheje kandi yuko mu Burundi bwose hariho ibinogo rusangi 4163 vyahambwemo abishwe mu 1972, bakaba bamaze gufurura ibinogo 12 gusa. Kurikirana Aloys Batungwanayo hamwe n'abandi twavuganye babuze ababo eka n'abidogera uwo mwaka w'1972.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Igikorwa co kuzurana iteka abishwe 1972 mu Burundi gifise izihe ngaruka ku babuze ababo muri ikigihe 02/04/2020 36:10 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More