Igitabo kizito Mihigo yanditse mu myaka ibiri, gisohotse inyuma y'amezi abiri apfuye.

Amashusho yerekana igitabo ca Kizito Mihigo

Amashusho yerekana igitabo ca Kizito Mihigo. Source: Rene Claude Mugenziz

Yifashishije terefone ngendanwa Kizito Mihigo yarashoboye kwandika igitabo ari mu mugasho mu gihug c'Urwanda. Inyuma y'amezi abiri gusa niho ico gitabo casohotse kuri Amazon. Umviriza uwamufashije kugira ngo kije ahabona uyo nawe akaba ari René Claude Mugenzi aho yavuganye na SBS Kirundi ari kumwe na Marie-Claire Tumukunde yagendanye na Kizito Mihigo mbere anamufasha ibikorwa bitari bike.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now