SBS MU KIRUNDI

Impunzi muri Australia ziri muy'abira: Ni gute wobeshaho umuryango udashobora kurihira abana ishuri

Salbiah (R) and Haqqi at daycare Source: SBS

Abimukira barondera ubuhungiro muri Australia ngo birabagora kurera abana babo bakiri bato hamwe no gukora amasaha akwiye ngo bashobore kubeshaho imiryango yabo. Bamwe mubakirindiriye ngo ubutungane bubatunganyirize ntibemerewe imfashanyo ihabwa abana bakiri bato.Imiryango myinshi ihanzwe no gukora amasaha make canke bakariha amadorare 100 k’umusi ngo abana babo bashobore kwitwararikwa n’abandi bantu.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Impunzi muri Australia ziri muy'abira: Ni gute wobeshaho umuryango udashobora kurihira abana ishuri 07/03/2020 06:20 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
Iyongerezwa ry’ikiringo ku mfashanyo zitangwa na centrelink 24/09/2021 12:15 ...
View More