SBS MU KIRUNDI

Inkuka y'imisa yo gusabira Kizito Mihigo muri Australia: "Urupfu rwiwe ntirushingiye ku ndirimbo yasohoye"

A mass in honor of the late Kizito Mihigo at Sacred Heart Parish Cabramatta, Sydney- Australia. Source: Jean Paul Amedee Nizigama

Uwahoze ari umushikiranganji wa mbere wu Rwanda, Faustin Twagiramungu n'umwe mubarungitse amajwi yo kwifatanya n'abatari bake bari bakoraniye mu nkuka y'imisa yo gusabira Kizito Mihigo yabereye Sydney- Australia. Abantu batari bake bashikirije ubutumwa bwo gutera intege abantu, gukomeza umurage w'urukundo, ubumwe n'ukunywana nyakwigendera yigisha. Hariho n'abandi hirya no hino kw'isi barungitse ubutumwa bwo kwifatanya n'abari bitabiriye iyo nkuka y'imisa yo kwibuka Kizito Mihigo. Murayo majwi habonetsemo abavuga uko bamenyanye na nyakwigendera Kizito, eka nuwo bapfunganywe nawe yashinze intahe murayo majwi yarungitse.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Inkuka y'imisa yo gusabira Kizito Mihigo muri Australia: "Urupfu rwiwe ntirushingiye ku ndirimbo yasohoye" 17/03/2020 25:27 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
Iyongerezwa ry’ikiringo ku mfashanyo zitangwa na centrelink 24/09/2021 12:15 ...
View More