SBS MU KIRUNDI

Intara ya Queensland muri Australia yatezuriye zimwe mu ngingo zafashwe mu kwirinda COVID-19 - Menya izarizo

Queensland Premier Annastacia Palaszczuk announced that some restrictions will be eased in Queensland from Saturday, May 2. Source: AAP

Intara ya Queensland yoroheje zimwe mu ngingo yari yafashe mu ntumbero yo kwirinda COVID-19. Harivyo umuntu yemerewe gukora co kimwe no guhura n'abandi. Ariko ubwo b'urongozi nyene bumenyesha yuko atagusya bwose ngo kuko Coronavirus iracahari. Dr Butoyi Delacroix aratubwira zimwe zimwe mu ngingo abarongozi boroheje.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Intara ya Queensland muri Australia yatezuriye zimwe mu ngingo zafashwe mu kwirinda COVID-19 - Menya izarizo 01/05/2020 10:39 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More