SBS MU KIRUNDI

Inzu zirenga 1500 nizo zimaze gusha zigatombera muri Australia

Sarsfield resident Wayne Johnston inspects damage to his property. Wayne evacuated to the town of Bairnsdale when fire burned through his town. Source: Getty Images AsiaPac

Inzu zirenga 1500 nizo zimaze gusha zigatokombera mu ntara ya New South Wales, muri kino kiringo c’imiriro, hamwe n’izindi zigera 653 zononekaye. Ihuriro ry'amashirahamwe ajejwe gukingira impanuka avuga yuko ibimaze kwononekara bigera ku miriyoni 700 z'amadorari y'amanye Australiya

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Inzu zirenga 1500 nizo zimaze gusha zigatombera muri Australia 07/01/2020 07:54 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More