Itegeko ryemerera abantu kunywa urumogi ryemejwe ku murwa mukuru i Canberra, Australia

Cannabis plants are seen growing at Medifarm on the Sunshine Coast,  (AAP Image/Darren England) NO ARCHIVING

Cannabis plants (AAP Image/Darren England) Source: AAP

Umurwa mukuru wa Australia, Canberra uri mu ntara ya ACT ibaye intara ya mbere yemeje ikoreshwa ry'urumogi ku muntu. Iryo tegeko ryemejwe umwaka uheze rinatera impari murico gisagara, aho reta ya Australia yaburiye abantu ko ikoreshwa ry'urumogi rishobora guhanwa n'amategeko ku rwego rw'igihugu.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now