SBS MU KIRUNDI

Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye niwe azoserukira umugambwe Cndd-Fdd

General Evariste Ndayishimiye addresses, Jan 26, 2020 at Gitega,Burundi, during the ruling party CNDD-FDD's congress to nominate it's presidential candidate. Source: STRINGER/AFP via Getty Images

Mw'ikoraniro kaminuza ry'umugambwe CNDD-FDD, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye niwe yatowe kugira azoserukire umugambwe mu matora y'imirije yo muri Rusama, 2020. Woba uzi abandi bamaze kwemera k'umugaragaro yuko bazitoza murayo matora?

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye niwe azoserukira umugambwe Cndd-Fdd 29/01/2020 08:28 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
Iyongerezwa ry’ikiringo ku mfashanyo zitangwa na centrelink 24/09/2021 12:15 ...
View More