SBS MU KIRUNDI

Jeremie Ngendakumana yatwara umugambwe CNDD-FDD yashinze umugambwe mushasha PDG-Girubuntu

Jeremie Ngendakumana umuvugizi wa PDG-Girubuntu Source: Provided

Jeremie Ngendakumana avugira umugambwe mushasha PDG-Girubuntu yaganiriye na SBS Kirundi aho yavuze yuko uwo mugambwe ngo uje guharanira demokarasi hamwe n'intwaro ibereye. Uyo mugambwe ukaba ugiye gushiraho umuco w'ubuntu kuko ngo woba uriko uratakara mu bantu, ivyo vyose bikazoshira imbere intwaro ibereye eka mbere no gushinga amabanga umuntu abifitiye ubumenyi.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Jeremie Ngendakumana yatwara umugambwe CNDD-FDD yashinze umugambwe mushasha PDG-Girubuntu 16/01/2020 12:22 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
Iyongerezwa ry’ikiringo ku mfashanyo zitangwa na centrelink 24/09/2021 12:15 ...
View More