SBS MU KIRUNDI

kidumu yagize ati " Ni bareke gufatanya ibikorwa vyanje na poritike'

Burundian singer Jean Pierre Nimbona sings a song during the celebrations of Jamhuri Day at Nyayo National Stadium in Nairobi, Kenya. Source: Magdalene Mukami/Anadolu Agency/Getty Images

Jean Pierre Nimbona batazira kidumu yiyamirije bamwe bamwe mu bantu bashaka kwitiranya ibikorwa vyiwe na poritike. Kuri Kidumu arashaka yuko abantu batahura yuko we atari umu pasitori, padiri canke umukinyi w'umupira w'amaguru, ahubwo yuko ari umunyamuziki/umuririmvyi kandi ashaka ko abantu bamutahura mu kazi kiwe.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
kidumu yagize ati " Ni bareke gufatanya ibikorwa vyanje na poritike' 08/02/2020 13:01 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More