SBS MU KIRUNDI

Kwibuka ubwicanyi bwabereye ikibeho mu Rwanda ku ncuro ya 26

Umuryango nyarwanda uriko uratanga udushimwe ku ngabo za Australia zafashije i Kibeho mu Rwanda muri 1995. Source: JP Amedee Nizigama

Federation of Rwandan Communities in Australia yateguye ibirori vyogushimira ingabo z'abasirikare barenga 650 bagiye mu Rwanda gufasha inyuma ya jenoside yabaye mu mwaka 1994. Menya ico abo banyarwanda basaba co kimwe n'ubutumwa bafise.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Kwibuka ubwicanyi bwabereye ikibeho mu Rwanda ku ncuro ya 26 21/05/2021 11:41 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More