SBS MU KIRUNDI

Mu Burundi: Francis Rohero umukandida yigenga ngo "mfise imigambi myinshi k'Uburundi"

Umukandida yigenga Francis Rohero Source: Provided

Mu matora Uburundi bwimirije umukandida yigenga Francis Rohero arasigura imigabo n'imigambi afise k'Uburundi ngo ari nkakumwe yoramuka atowe mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu Burundi. Menya bimwe mu migambi uwo mu kandida yigenga afise nuko ayisigura.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Mu Burundi: Francis Rohero umukandida yigenga ngo "mfise imigambi myinshi k'Uburundi" 07/05/2020 37:38 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More