Ni iki wokora kugira ngo urudandaza rwawe rugume rwemye muri ibi bihe vya Coronavirus

Cafe owners letting staff go

Source: Getty Images

Mu gihe uburemere bwa COVID-19 bumaze kwigaragaza mu bijanye nivy’ubutunzi muri Australia, mu mabanki, muri reta, mu ntara eka n’ibisagara bitandukanye reta iriko irafata ingingo zo kuraba ingene abikorera utwabo bato bato bo bandanya ibikorwa vyabo. Kurikirana hama umenye ico wokora kugira ngo urudandaza rwawe rugume rwemye muri ibi bihe vya Coronavirus



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now