Ni kuki abakoresha bacuna bupfuni na buhoro abakozi hamwe n'abafise viza z'agateganyo

Cape Town, South Africa, construction Engineers group meeting on safety Source: Westend61

Abimukira hamwe n'abafise viza z'agateganyo ni bamwe mubakubagurwa mu kazi kabo. Nubwo bimeze gutyo bakaba bagiye kugira uburenganzira bwo gufashwa ku buntu mu gihe bituye ubutungane mu ntara ya New South Wales. Ubwo butungane buzofasha abageramiwe cane kurusha abandi bari muri Asutralia nk'abakozi mbere banabamenyeshe uburenganzira bwabo co kimwe no kubafasha barihwe amafaranga batarishwe.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Ni kuki abakoresha bacuna bupfuni na buhoro abakozi hamwe n'abafise viza z'agateganyo 13/11/2019 07:39 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
View More