SBS MU KIRUNDI

Papa Francis yanse kwemeza icipfuzo c'abubatse co kurangura amabanga y'ubupatiri

Pope Francis general weekly audience Source: (Photo by Massimo Valicchia/NurPhoto via Getty Images)

Biragaragara nkaho Papa Francis yanse kwemeza icipfuzo cemerera ababubatse yuko bohezagirirwa amabanga y’ubupatiri mu karere ka Amazoni, ahubwo akaba yasavye abasenyeri gusenga cane ngo haboneke abafise imihamagaro wo gukora ayo mabanga. Inama y’abasenyeri ba Ekereziya katorika muri Australia yavuze yuko ikete Papa yanditse ryega amashengero yo muri Australia co kimwe n’ibindi yavuze kubijanye n’abasangwabutaka.Biragaragara nkaho Papa Francis yanse kwemeza icipfuzo cemerera ababubatse yuko bohezagirirwa amabanga y’ubupatiri mu karere ka Amazoni, ahubwo akaba yasavye abasenyeri gusenga cane ngo haboneke abafise imihamagaro wo gukora ayo mabanga.Inama y’abasenyeri ba Ekereziya katorika muri Australia yavuze yuko ikete Papa yanditse ryega amashengero yo muri Australia co kimwe n’ibindi yavuze kubijanye n’abasangwabutaka.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Papa Francis yanse kwemeza icipfuzo c'abubatse co kurangura amabanga y'ubupatiri 13/02/2020 07:56 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
View More