Reta yatanze ibibanza 25 000 kuri viza z'abashaka kuba hagati mu gihugu

A master and apprentice carpenter are seen at Holmesglen TAFE Chadstone campus in Melbourne, (AAP Image/Julian Smith) NO ARCHIVING Source: AAP

Reta ya Australia mu gutera intege aba dogiteri ba baga abantu, abubatsi, abacungera inyamaswa, abahinga muvya siyanse, blacksmiths, abavuza imiti kama yashizeho viza nshasha ku bipfuza kuba no gukora hagati mu gihugu. Itegeko ry'iyo visa rigasaba yuko utegerezwa kuba hagati mu gihugu ikiringo c'imyaka itatu imbere yuko basaba uburenganzira bwo kuba muri Australia kuri viza izwi nka permanent resident.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Reta yatanze ibibanza 25 000 kuri viza z'abashaka kuba hagati mu gihugu 27/11/2019 09:24 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More