Mu gihe Australia yari yugarijwe n'ikiza, umuryango GLAPD, wafashije imiryango itari mike haba mu bijanye no kuronka ubuzi, kwimukira ruguru, ibifungurwa eka mbere ngo no gufasha abandi kuronka impusha zo kugendesha imiduga.
Share
LIVE, FREE and EXCLUSIVE starting June 12 2026

Emmanuel Musoni, umuyobozi w'ishirahamwe Glapd. Source: Glapd
Published
By Jean-Paul Amedee Nizigama
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Share this with family and friends


