SBS MU KIRUNDI

Ubuserukizi bw'Uburundi muri Australia bwifashe gute muri ibi bihe?

Ibendera rya Australia (ibubamfu) hamwe n'ibendera ryu Burundi (Iburyo). Source: Getty Images

Muri ibi bihe aho amashirahamwe atandukanye hamwe n'abikorera utwabo bahinduye uburyo basanzwe bakora ibikorwa vyabo vya misi yose, benshi bakaba bavyimuriye mu mago yabo. Ubuserukizi bw'Uburundi muri Australia nabwo bwafashe izindi nzira zidasanzwe zo gukora muri ibi bihe COVID-19 igisibije.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Ubuserukizi bw'Uburundi muri Australia bwifashe gute muri ibi bihe? 16/04/2020 11:48 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
View More