SBS MU KIRUNDI

Ubushuhe hamwe n'ukwononekara kw'impu mu ci muri Australia.

Source:

Australia yagize ubushuhe burenze muri Munyonyo. Mu gihe La niña yiteze kuzana ibihe vy'akavura muri rino ci, ibiro bijejwe kugenzura ikirere bitegekanya yuko ubushuhe bushobora kugumaho ikiringo kirekire. Abahinga bagabisha abantu kutabusya bwose haba mu gihe bari imbere mu nzu canke hanze mu ntumbero yo kwirinda izuba hamwe n'ubushe buterwa n'ubushuhe.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Ubushuhe hamwe n'ukwononekara kw'impu mu ci muri Australia. 18/12/2020 12:15 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More