SBS MU KIRUNDI

Umuziki n'ukwidagadura vyifashe gute muri Australia

Kosto Zahinda n'umwe mu baririmvyi b'umurwi SOWERS, aha akaba yari muri studio. Source: Kosto Zahinda

Kosto Zahinda, umwe mu baririmvyi b'umurwi SOWERS aratuyagira ico uyo murwi ugamije gukora co kimwe n'intambamyi abaririmvyi bahura nazo kugira indirimbo zabo zivuzwe ku ma radiyo.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Umuziki n'ukwidagadura vyifashe gute muri Australia 11/10/2020 13:20 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
Iyongerezwa ry’ikiringo ku mfashanyo zitangwa na centrelink 24/09/2021 12:15 ...
View More