SBS MU KIRUNDI

Urupfu rwa Dr. John Pombe Magufuli ruvuze iki mu ba Tanzania

Uwahoze arongoye igihugu ca Tanzania Dr.John Pombe Magufuli ariko arashikiriza ijambo mu ruzinduko rw'akazi Paul Kagame yari yakoze muri Tanzania, 14 Nzero 2018 Source: Creative commons

Urupfu rw'uwahoze arongoye Tanzania Dr. John Pombe magufuli rwatunguye benshi, rusiga amarira mubakunzi. Magufuli yumvikanye kenshi adaha agaciro ikiza COVID-19, yishwe n'indwara yari amaranye igihe, nkuko vyashikirijwe n'icegera c'umukuru w'igihugu.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Urupfu rwa Dr. John Pombe Magufuli ruvuze iki mu ba Tanzania 19/03/2021 09:57 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu 01/10/2021 11:06 ...
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze 24/09/2021 11:11 ...
View More