Source: SBSNi urudandazwa rudasanzwe kandi rwahiriye abatari bake mu bafasha abantu kurondera impapuro z'ubwimukira zo muri Australia. Hamwe n'ivyo hariho n'abandi barya amafaranga y'abantu babizeza nya viza ku buryo bisigaye vyagwiriye. Kubw'amategeko ahari ubu, nta vyinshi ategekanya mu gukingira abashikiwe n'ubwo buriganya.
Published
By Sunil Awasthi
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Ni urudandazwa rudasanzwe kandi rwahiriye abatari bake mu bafasha abantu kurondera impapuro z'ubwimukira zo muri Australia. Hamwe n'ivyo hariho n'abandi barya amafaranga y'abantu babizeza nya viza ku buryo bisigaye vyagwiriye. Kubw'amategeko ahari ubu, nta vyinshi ategekanya mu gukingira abashikiwe n'ubwo buriganya.