SBS MU KIRUNDI

Woba wipfuza gusaza neza? Iga ikindi kirimi gishasha.

Speaker and audience at business convention and presentation. Source: Getty Images

Ukwiga ikindi kirimi gishasha akenshi ntivyoroha bivanye nuko usanga umutwe wawe utagifise ububasha bwo gufata ibintu cane. Ivyigwa birerekana yuko kuvuga indimi zibiri bitera ubwonko bwawe kudasaza vuba.Ariko kuri bamwe, no kwiga indimi nshasha ugeze mu zabukuru ni hamwe no kurondera kwiyumva ubwawe co kimwe no gushikirana n'abandi.

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Woba wipfuza gusaza neza? Iga ikindi kirimi gishasha. 05/03/2020 10:04 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More