Burundian youth addressing in a forum last Sunday, November 2019, in Queensland, Australia. Source: Supplied
Urwaruka rwo mu ntara ya Queensland rwahisemo gufata iyambere mu gushigikirana no kwiga ingene rushobora guhangana n'ibibazo biruhanze mu buryo budasanzwe. Mu nama yarukoranije, urwo rwaruka rwavuze ruti:" tugiye kwigisha abavukiye ngaha iyo twaje tuva n'impamvu iki, kunywana n'abandi hamwe no gufashanya mu bijanye n'ubuzi hamwe n'amahugurwa azodufasha mu kurondera akazi."