Inkino zatanguye mu 2014 mu ntumbero yo kuvura n'ukunywanisha bamwe mu bava mu biguhu vyaciyemwo intambara mu myaka iheze zitabiriwe n'abatari bake ahitwa Liverpool Whitlam Leisure centre. Hirya y'ibihugu biva mu karere kibiyaga binini, kenya nico gihugu ciyongeyeko mu nkino zuno mwaka. Izo nkino zizosubira mu mwaka wa 2020.
Share






