Umusi wahariwe guhimbaza Australia ni umusi wo kwibuka igihe Abongereza ba mbere bashika mu gihugu itariki 26 Nzero mu 1788. Abanyabutaka benshi bawita 'Umusi w'amaganya' Umusi w'umubabaro n'umusi wo kurokoka. Muri kino kiganiro turaba kahise k'igihugu n'igituma uwo musi udahimbazwa na bose.
Share

