Watch FIFA World Cup 2026™ LIVE, FREE and EXCLUSIVE

Ibirori vyo kurahiza abanye Australia bashasha baronswa ubwenegihugu bizohora biba ku musi wa Australia day gusa.

Australia Day Celebrations In Canberra

JANUARY 26: Shaun Taruvinga with his certificate at the Citizenship Ceremony on January 26, 2015 in Canberra, Australia.(Photo by Stefan Postles/Getty Images) Source: Getty Images AsiaPac

Ama komine yahawe itegeko rishasha ryo kurahiza abanye Australia bashasha ku musi uzwi nka Australia Day gusa. Ivyo bibaye gutyo inyuma y'itegeko rishasha risohowe na reta. Reta ikaba yizera yuko bizoha akaryo abantu benshi kuba abanye Australia kuriyo tariki ya 26 Nzero, gutyo bigatuma amakomine amwamwe adasivya ivyo birori.



Share

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Watch now