Aubert Ruzingantekwe and Faina Inangoga in their kitchen Source: SuppliedAbarokotse ihonyabwoko ryabere mu Rwanda bahisemwo gusiga kahise kabo inyuma bahitamwo gufasha abandi basigaye mu Rwanda inyuma yaho baronse ubuhungiro muri Tasmania (Asutalia). Ivyo bikorwa vyatanguye bagurisha ikawa kugira ngo bafashe abatishoboye mu Rwanda. Ubu bakaba bipfuza gufasha mu kurungika bamwe mu runganwe rwejo kw'ishuri.
Published
By Gloria Kalache
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Abarokotse ihonyabwoko ryabere mu Rwanda bahisemwo gusiga kahise kabo inyuma bahitamwo gufasha abandi basigaye mu Rwanda inyuma yaho baronse ubuhungiro muri Tasmania (Asutalia). Ivyo bikorwa vyatanguye bagurisha ikawa kugira ngo bafashe abatishoboye mu Rwanda. Ubu bakaba bipfuza gufasha mu kurungika bamwe mu runganwe rwejo kw'ishuri.