Hisunzwe ubushakashatsi bwa vuba bwa kozwe na komisiyo ijejwe agateka kazi na muntu, buvuga yuko umwe mu bakozi batatu bamaze gukubagurwa bifatiye ku gitsina mu myaka itanu iheze. Hamwe n'ivyo ugukubagurwa gufatiye ku gitsina guhushanije n'amategeko kandi ntigukwiye kwirengangizwa. Nimba vyakubayeko canke uzi uwo vyashikiye hariho inzira nyinshi zo kuronka ubufasha.
Share






