Father and daughter walking Source: Brand XHashizwe ku umugaragaro umugambi wo gufasha imiryango 50 y'abimukira kurondera akazi, inzu n'ugushikirana n'abandi baba hagati mu ntara muri Victoria mu myaka iri imbere. Ivyo bikazonafasha kugwiza abantu ahasanzwe hari bake. Ishirahamwe AMES Australia rifasha abimukira ryifuza yuko abimukira boronka akazi hagati mu gihugu nyene. Ivyo biruko mu gihe ayandi mashirahamwe ariko aragabisha anasaba yuko hakenewe imigambi y'akazi irashe.
Published
By Stephanie Corsetti
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Hashizwe ku umugaragaro umugambi wo gufasha imiryango 50 y'abimukira kurondera akazi, inzu n'ugushikirana n'abandi baba hagati mu ntara muri Victoria mu myaka iri imbere. Ivyo bikazonafasha kugwiza abantu ahasanzwe hari bake. Ishirahamwe AMES Australia rifasha abimukira ryifuza yuko abimukira boronka akazi hagati mu gihugu nyene. Ivyo biruko mu gihe ayandi mashirahamwe ariko aragabisha anasaba yuko hakenewe imigambi y'akazi irashe.