Ukubura aho ukika umusaya bivuye ku mazu azimvye gupanga

A homeless woman sits on a street corner in central Brisbane, Friday, June 9, 2017. (AAP Image/Dan Peled) NO ARCHIVING Source: AAP
Abantu batagira aho bakika umusaya muri Australia barushirizaho kwiyongera. Muri rusansuma iherutse haribonekeje abantu abarenga 11 600 badafise aho bakika umusaya. Nkuko bigaragara yuko reta idafise umugambi wo guhangana nico kibazo co kimwe no kugarukira ikibazo c'amazu yo gupanga atera azimba, atagikozwe nta kimenyetso c'ivyizigiro gihari.
Share