Ishirahamwe ryafashije impunzi kuronka akazi, ryavuze yuko rifise impamvu yo kuryoherererwa ico gikorwa bamaze gushikako.The Refugee program support muri New South Wales rifasha impunzi kubona ivyo zikora bitandukanye bidatangwa na leta ibihe vyose.
Share






