Ushobora kuba wibwa umushahara wawe.

Tired young African-American warehouse employee suffering from headache and leaning head on hand while sitting on wooden trap Source: E+
Uko umwaka utashe abantu bashasha baje muri Australia barakoreshwa cane kandi ntibaronke agahembo bikwiranye. Abahinga bavuga yuko ari ikibazo gisanzwe gihari kandi ari naco mvo itera amafaranga menshi kudashika mu minwe ya beneyo.
Share