Woba uzi uwoshobora kugufasha igihe ukeneye uruhusha rwo gutangura kwikorera utwawe, ufise ikibazo kijanye nokuriha inzu ubamwo canke ukeneye imfashanyo yo gufasha umuryango wawe? Biciye mu ntahe za Fedele, Carol na Abeer, tahura ingene inzego zitatu z’ubutegetsi bwa Australiya zikora. Menya ico ubutegetsi bw’akarere (local government), ubwa reta (state ari nayo territory government), n’ubw’igihugu (federal government) bujejwe gukora, hamwe n’aho wokwitura kugira uronke amakuru, imfashanyo canke serivisi ukeneye.
Mu gice ca mbere ca How Australia Works, Fedele yipfuza gutangura kwikorera utwiwe, Carol ariko aragerageza gutorera umuti amatati afitaniye nuwo apangiye, na ho Abeer akeneye imfashanyo mu kurera abiwe. Intahe zabo ziradufasha gutahura ingene inzego zitatu z’ubutegetsi bwa Australiya zigira ico zikoze ku buzima bwawe bwa minsi yose, n’igituma kumenya urwego rujejwe ikibazo cawe bishobora kugufasha kuronka imfashanyo ibereye.
Iyumvirize ibiganiro vyose vy’uru rukurikirane mu rurimi utahura.
Mu kiganiro gikurikira: Menya uruhara rutandukanye rw’inama nshingamateka, ubutegetsi nshingwabikorwa n’urw'ubutungane mu gushinga, gushira mu ngiro no gusigura amategeko ya Australiya, kandi umenye nicokwirikira mugihe usavye ko hasubirwamwo ingingo ijanye n'ihadabu waciriwe.
How Australia Works is available in 60 languages. Explore the series in other languages.
Credits:
How Australia Works is a podcast from SBS Audio and Australia Explained.
Host: L-FRESH The LION
Research and journalism: Gonzalo Aguirregomezcorta
Sound design, mix, original music and theme: L-FRESH The LION
Law and civics consultant: Dr Jacinta Sassine, School of Law, Western Sydney University
Artwork and design: Francesco Ortiz and Yudai Urushima
Written, created and produced by: Josipa Kosanovic
Editor, Australia Explained: Roza Germian
Head of Educational and Essential Services, SBS Audio: Janine Googan
We acknowledge the Traditional Custodians of the lands across Australia where this podcast is made and heard. We pay our respects to Elders past and present and acknowledge Aboriginal and Torres Strait Islander peoples as the First Peoples of this continent.
Parliamentary Material Australian House of Representatives excerpts courtesy of the Parliament of Australia. Copyright Commonwealth of Australia. Used under Creative Commons licence, subject to applicable licence terms.

![[JPG]_How-Australia-Works_Ep1.jpg](https://assets.sbs.com.au/dims4/default/d1d4da1/2147483647/strip/true/crop/3200x1800+0+0/resize/1280x720!/quality/90/?url=https%3A%2F%2Fsbs-au-brightspot.s3.ap-southeast-2.amazonaws.com%2Fe9%2F46%2F56cf4ff54074a36476e0bcb73e13%2Fjpg-how-australia-works-ep1.jpg&imwidth=1280)
![[JPG]_How-Australia-Works_Ep0.jpg](https://assets.sbs.com.au/dims4/default/9a0f61e/2147483647/strip/true/crop/3200x1800+0+0/resize/1280x720!/quality/90/?url=https%3A%2F%2Fsbs-au-brightspot.s3.ap-southeast-2.amazonaws.com%2F8f%2F15%2F83a000db458f9fc153fde8cde907%2Fjpg-how-australia-works-ep0.jpg&imwidth=1280)



