SKIP TO MAIN CONTENT

Waramaze kuba uwaha | Ingene Australiya ikora

[JPG]_How-Australia-Works_Ep0.jpg
Artwork and design by Francesco Ortiz and Yudai Urushima.

Inzego za reta za Australiya, amategeko n’ibikorwa vya reta vyoba bigira gute ingaruka mubuzima bwawe bwa minsi yose? Biciye mu ntahe, iki gice gitangura curukurikirane rwibiganiro vyabaye kirakwereka aho wokura amakuru n’imfashanyo igihe ubikeneye, hamwe n’ingene wobaza ivyerekeye ingingo yafashwe.


Published

Updated

By Josipa Kosanovic

Presented by Noella Mahoro

Source: SBS


Skip to podcast episode content

Inzego za reta za Australiya, amategeko n’ibikorwa vya reta vyoba bigira gute ingaruka mubuzima bwawe bwa minsi yose? Biciye mu ntahe, iki gice gitangura curukurikirane rwibiganiro vyabaye kirakwereka aho wokura amakuru n’imfashanyo igihe ubikeneye, hamwe n’ingene wobaza ivyerekeye ingingo yafashwe.


How Australia Works ni urukurikirane rw’ikiganiro kigufasha gutahura uburongozi bwa Australia, amategeko yayo hamwe n’ukwitabira ibikorwa vy’abanyagihugu, rwateguwe rwisunze cane ivyipfuzo vy’abimukira n’abavuga indimi zitandukanye.

Biciye mu nsiguro zoroshe n’intahe uru rukurikirane rurerekana inzego zitatu z’ubutegetsi muri Australiya, uruhara rw’inama nshingamateka, urw’ubutegetsi nshingwabikorwa n’urw’ubutungane ningene amategeko ashirwaho canke ahindurwa. Ruranasigura ingene ushobora kubaza ibibazo, gushikiriza amakenga yawe no gutanga iciyumviro cawe.

Iyumvirize ibiganiro vyose vy’uru rukurikirane mu rurimi utahura.

Mu kiganiro gikurikira: Menya urwego rw’ubutegetsi rujejwe ibikorwa n’imirimo ukoresha mu buzima bwawe bwa minsi yose.

How Australia Works is available in 60 languages. Explore the series in other languages.


Credits:

How Australia Works is a podcast from SBS Audio and Australia Explained.

Host: L-FRESH The LION

Research and journalism: Gonzalo Aguirregomezcorta

Sound design, mix, original music and theme: L-FRESH The LION

Law and civics consultant: Dr Jacinta Sassine, School of Law, Western Sydney University

Artwork and design: Francesco Ortiz and Yudai Urushima

Written, created and produced by: Josipa Kosanovic

Editor, Australia Explained: Roza Germian

Head of Educational and Essential Services, SBS Audio: Janine Googan

We acknowledge the Traditional Custodians of the lands across Australia where this podcast is made and heard. We pay our respects to Elders past and present and acknowledge Aboriginal and Torres Strait Islander peoples as the First Peoples of this continent.

Parliamentary Material Australian House of Representatives excerpts courtesy of the Parliament of Australia. Copyright Commonwealth of Australia. Used under Creative Commons licence, subject to applicable licence terms.


Latest podcast episodes

Follow SBS Kirundi

Download our apps

Listen to our podcasts

Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service

Stream now