SBS MU KIRUNDI

Bibiliya ivuga iki kuri Coronavirus

Yahsef B. Ineza ari mu kibanza abikamo ibitabo bitandukanye afise Bibiliya Yera ariko arasoyima. Source: Provided

Mu gihe Coronavirus iteye ubwoba abatari bake, umuhinga mu vya Bibiliya Yera Yahsef B. Ineza arahamagarira abantu gutekana akabasaba no kutajuragirika muri ibi bihe aho benshi bariko baravuga yuko Coronavirus ari igihano c'ijuru. None muri iki igihe ukwizera gutandukanye wogukoresha gute kugira uhangane n'ibi bihe?

Coming up next

# TITLE RELEASED TIME MORE
Bibiliya ivuga iki kuri Coronavirus 09/04/2020 18:37 ...
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima 23/10/2021 11:13 ...
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka 23/10/2021 11:18 ...
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere 15/10/2021 13:21 ...
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha 15/10/2021 07:47 ...
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe 14/10/2021 11:06 ...
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia 13/10/2021 13:29 ...
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane 09/10/2021 16:28 ...
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima" 08/10/2021 10:22 ...
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera 01/10/2021 10:30 ...
View More