Waving flag Republic of Burundi. Patriotic sign African country in official national colors and proportion correctly. Vector icon illustration Source: iStockphoto
Amwe muma kominote y'abarundi aba muri Australia ntiyahimbaje imyaka 57 irangiye uburundi bwikukiye. Abasanzwe baba mu ntara ya Queensland bobo bahisemwo kuwusububiriza uwundi musi bise cultural showcase.