relatives of victims of the 1994 genocide paying their last respects, in Murambi, eastern Rwanda. Source: EPAAbantu barenga 800 000 barishwe mw'ihonyabwoko ryabaye mu 1994 mu Rwanda. Ubumwe, ukunywana, no kurekuriranira vyoba vyifashe gute inyuma y'imyaka 25?
Published
Updated
By Mireille Kayeye, Jean Paul Amédée Nizigama
Presented by Jean Paul Amédée Nizigama
Source: SBS
Skip to podcast episode contentShare this with family and friends
Abantu barenga 800 000 barishwe mw'ihonyabwoko ryabaye mu 1994 mu Rwanda. Ubumwe, ukunywana, no kurekuriranira vyoba vyifashe gute inyuma y'imyaka 25?